Iki gitabo kivuga vyinshi ku vyerekeye urufatiro n'ibiboneka mu migenderanire y'umuntu haba igihe c' imbere yuko agira ubugeni, agize ubugeni, n'inyuma y'ubugeni. Kirimwo ibintu vyarondewe kandi vyemejwe ku vyerekeye anatomi n'imigenderanire mpuza bitsina, n'ibijanye ni ivyara, ibijanye n'imbanyi n'igihe c'inyuma y'ivyara. Ubushobozi bw'Umuganga Dag Heward-Mills bwo gushira ubumenyi bugoye itahura,mu buryo busanzwe ni vyo bigize iki gitabo. Hamwe, ibi navyo bituma gitahurika cane, igikoreshwa cane mu vy'ubugeni uyu musi gisohorwa. David Asomani, umuganga yanononosoye ibijanye n'ivyara.

![Urugo Rw'akarorero](http://vs-images.bn-web.com/static/redesign/srcs/images/grey-box.png?v11.11.1)
Urugo Rw'akarorero

Product Details
BN ID: | 2940163431700 |
---|---|
Publisher: | Dag Heward-Mills |
Publication date: | 01/01/2020 |
Sold by: | Smashwords |
Format: | eBook |
File size: | 8 MB |
Language: | Rundi |