Waruzi ko abavugishwa ba kera, bifuje kandi bakarondera ako gakiza gakomeye kiyerekanye kuri twebwe? Ntibashobora kwibaza uko ako gakiza kazoza kubantu... ariko turahezagiwe kuba twarakiriye ako gakiza! Twarakiriye agakiza kuko hari umuntu yatubwiye ibikerekeye. Muri iki gitabo kiryoshe, Umuvugabutumwa Dag Heward-Mills ntaturongorera kumenya gusa k'ukumenya agakiza kacu gakomeye ariko kandi aratwigisha ukungene twosangira ako gakiza gakomeye n'Abandi. Ese umwe wese muri twebwe yokora igikorwa c'Umuvugabutumwa.!

![Ingene Wokwigisha Agakiza](http://img.images-bn.com/static/redesign/srcs/images/grey-box.png?v11.10.4)
Ingene Wokwigisha Agakiza

Product Details
BN ID: | 2940163431694 |
---|---|
Publisher: | Dag Heward-Mills |
Publication date: | 01/01/2020 |
Sold by: | Smashwords |
Format: | eBook |
File size: | 721 KB |
Language: | Rundi |