Ikintu Kimwe kiza kuri wewe mugihe wumvise ijambo "Umwungere" canke Intama! Intama n'igikoko gikeneye umwungere. Umwungere nu witaho, Agakunda kandi Akarinda Intama. Muri Bibiliya, Imana itugereranya Nk'intama zomucanya cayo.
Yesu kandi yabwiye Petero Intumwa kugaburira Intama ziwe mukwerekana urukundo afise Ntumukiza. Kuba umwungere n'igikorwa gikomeye cane. N'icubahiro guhamagarwa n'Imana ikaguha igikorwa cayo cokuragira Intama.
Muriki gitabo, Dag Heward-Mills aradutumira, aradutera intege, akana twereka ingene twokwinjira muriki gikorwa cukuragira Abantu bayo. Ntusigare Inyuma muriki gikorwa cukuba umwungere!

![Ico Bisigura Gucika Umwungere](http://img.images-bn.com/static/redesign/srcs/images/grey-box.png?v11.10.4)
Ico Bisigura Gucika Umwungere

Product Details
BN ID: | 2940156041312 |
---|---|
Publisher: | Dag Heward-Mills |
Publication date: | 04/05/2019 |
Sold by: | Smashwords |
Format: | eBook |
File size: | 470 KB |
Language: | Rundi |